SANTE Rumonge: Ukwirinda ikiza ca Coronavirus vyifashe gute? 02/12/2020 Rénovat Ndikumwenayo Mu gisagara ca Rumonge, haba mu mihana canke mu masoko,mu bubare ndetse n’ahandi, biraboneka neza…
SOCIETE Ibarabara rya Rumonge-Buyengero, umutwaro udasanzwe ku biyunguruza 18/09/2020 Rénovat Ndikumwenayo Abiyunguruza mw’ ibarabara rya Rumonge-Buyengero ntiborohewe na gato. Biva kw’ibarabara ritameze neza, bigatuma n’abatwaza ama…
CULTURE Kwigana imico y’abanyamahanga vyoba vyonona iki? 29/05/2020 Rénovat Ndikumwenayo Kwambara impuzu zitabereye canke ntibikwize , ni bimwe vyibonekeza ku bigeme n’imisore bo mu bisagara,…
SANTE Burundi Coronavirus: Ingingo zindi zokwunganira izafashwe 06/04/2020 Rénovat Ndikumwenayo Haraheze iminsi mikeyi hibonekeje ikiza Coronavirus mu Burundi, ubushikiranganji bw, amagara y’abantu bukaba bwari bwaratangaje…
SOCIETE Burundi: Uburimyi n’ubworozi ni vyo yashize imbere mu kugwanya ubukene. 08/10/2019 Rénovat Ndikumwenayo NZOYIHAYA Benjamin ,ni umusore w’imyaka mirongo ibiri n’ine. Avuka muri komine Rugombo, intara ya Cibitoke….
Art ECONOMIE Rumonge: Abigeme baho bavumbuye umwuga wobateza imbere 07/10/2019 Rénovat Ndikumwenayo Mu gihe benshi mu rwaruka iyo bahejeje amashure baca baja kwicara mu miryango iwabo ku…
EDUCATION Rumonge: Abavyeyi bafasha gute abana kugira uburuhuko bwiza? 06/08/2019 Rénovat Ndikumwenayo Iyo uburuhuko bugeze, hari urwuruka rumwe rumwe rupfisha ubusa uwo mwanya mukuja mu bitagira akamaro,…
ENVIRONEMENT Rumonge: Isuku ryifashe gute ku mweha w’uburovyi? 31/07/2019 Rénovat Ndikumwenayo Ku myeha y’uburovyi iri ku nkengera y’ikiyaga Tanganyika hasanzwe hakorerwa ubuzi butandukanye, nacane cane ubujanye…
SOCIETE Ugufatwa ku nguvu vyoba bisigura iki? 29/06/2019 Rénovat Ndikumwenayo Turakunze kumva aho tubaye, canke mu mihingo itari mike y’igihugu havugwa abana canke abigeme bafashwe…
ECONOMIE Abigeme n’abakenyezi boba bagiye kuronka imeshi zikorewe i Burundi? 08/06/2019 Rénovat Ndikumwenayo Nti bimenyerewe mu Burundi kuronka urwaruka gukora ikintu gishasha cahora gikorerwa hanze. Ariko ubu abatari…